Guharura 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa. Guharura 32:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nimwiyubakire ibisagara ku bw’abana banyu batoyi n’ingo z’ibitungwa zubakishijwe amabuye ku bw’imikuku yanyu, kandi icavuye mu kanwa kanyu muze mugikore+.”
32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa.
24 Nimwiyubakire ibisagara ku bw’abana banyu batoyi n’ingo z’ibitungwa zubakishijwe amabuye ku bw’imikuku yanyu, kandi icavuye mu kanwa kanyu muze mugikore+.”