Gusubira mu vyagezwe 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abagore gusa n’abana batoyi+ n’ibitungwa+ be n’ikintu cose kizoba kiri muri ico gisagara, isahu yaco yose, ni vyo uzosahura bikaba rwawe+; kandi uze urye isahu y’abansi bawe, abo Yehova Imana yawe azoba yaguhaye+. Gusubira mu vyagezwe 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 maze muri izo mbohe ukabonamwo umugore mwiza ku mubiri, hanyuma ukamugomwa+, ukamutwara ngo abe umugore wawe,
14 Abagore gusa n’abana batoyi+ n’ibitungwa+ be n’ikintu cose kizoba kiri muri ico gisagara, isahu yaco yose, ni vyo uzosahura bikaba rwawe+; kandi uze urye isahu y’abansi bawe, abo Yehova Imana yawe azoba yaguhaye+.
11 maze muri izo mbohe ukabonamwo umugore mwiza ku mubiri, hanyuma ukamugomwa+, ukamutwara ngo abe umugore wawe,