ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?

      Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+?

      Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.

  • Zaburi 115:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Umunwa birafise, mugabo ntibishobora kuvuga+;

      Amaso birafise, mugabo ntibishobora kubona+;

  • Daniyeli 2:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”

  • 1 Abakorinto 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika