-
Abacamanza 7:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Nuko Gideyoni arashika, asanga hari umugabo yariko yiganira mugenziwe indoto, avuga ati: “Ng’iyi indoto narose+. Ehe, agatsima k’umuzingi k’umukate wa sayiri* kariko kazunguruka kisubiriza mw’ikambi ya Midiyani. Nuko kaza kw’ihema kararikubita riratemba+, kararyubika, maze nya hema rirambarara hasi.”
-