Zaburi 63:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo nkwibutse ndi ku buriri bwanje+,Mu materama y’ijoro ndakuzirikana+. Luka 12:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi niyashika mw’iterama rigira kabiri*, mbere naho hoba mu rigira gatatu*, akabasanga bameze gutyo, bazoba bahiriwe+!
38 Kandi niyashika mw’iterama rigira kabiri*, mbere naho hoba mu rigira gatatu*, akabasanga bameze gutyo, bazoba bahiriwe+!