Yosuwa 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ubupfindo+ bugira gatandatu busohoka ku bwa bene Nafutali+, ku bwa bene Nafutali hakurikijwe imiryango yabo. Abacamanza 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Arungika intumwa+ kwa Manase hose, na bo nyene barakoranywa ngo bamukurikire. Arungika kandi intumwa kwa Asheri no kwa Zebuloni no kwa Nafutali, na bo baduga kumusanganira.
32 Ubupfindo+ bugira gatandatu busohoka ku bwa bene Nafutali+, ku bwa bene Nafutali hakurikijwe imiryango yabo.
35 Arungika intumwa+ kwa Manase hose, na bo nyene barakoranywa ngo bamukurikire. Arungika kandi intumwa kwa Asheri no kwa Zebuloni no kwa Nafutali, na bo baduga kumusanganira.