Abacamanza 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati:
9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati: