Hoseya 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.
6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.