Abacamanza 9:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Zebuli umuganwa w’igisagara yumva amajambo ya Gayali mwene Ebedi+. Maze ishavu ryiwe rirarurumba.