Itanguriro 31:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nuko Labani avuga ati: “Iki kirundo ni icabona hagati yanje nawe uno musi.” Ni co catumye acita Galeyedi+, Guharura 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.
48 Nuko Labani avuga ati: “Iki kirundo ni icabona hagati yanje nawe uno musi.” Ni co catumye acita Galeyedi+,
29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.