Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+. 2 Ngoma 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Barajanjagurana, ihanga n’irindi hanga+, igisagara n’ikindi gisagara, kuko Imana ubwayo yabagumiza mu muvurungano ikoresheje ubwoko bwose bw’amarushwa+.
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
6 Barajanjagurana, ihanga n’irindi hanga+, igisagara n’ikindi gisagara, kuko Imana ubwayo yabagumiza mu muvurungano ikoresheje ubwoko bwose bw’amarushwa+.