Abacamanza 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi.
6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi.