Itanguriro 31:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko arahunga, arahaguruka ajabuka rwa Ruzi+, we n’ivyo yari afise vyose. Inyuma y’ivyo yerekeza* mu karere k’imisozi ka Gileyadi+. Guharura 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.
21 Nuko arahunga, arahaguruka ajabuka rwa Ruzi+, we n’ivyo yari afise vyose. Inyuma y’ivyo yerekeza* mu karere k’imisozi ka Gileyadi+.
29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.