Gusubira mu vyagezwe 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi Yehova Imana yawe azobagabura koko mu maboko yawe, abakinagize n’umukinagizo ukomeye, gushika bazimanganijwe+. Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+. Imigani 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nzira zawe zose umwibuke+, na we azogorora iminyuro yawe+.
23 Kandi Yehova Imana yawe azobagabura koko mu maboko yawe, abakinagize n’umukinagizo ukomeye, gushika bazimanganijwe+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.