Kuvayo 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana uwufata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+. Abalewi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.
7 “Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana uwufata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+.
12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.