ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Gutyo Isirayeli ifata ivyo bisagara vyose, maze Isirayeli itangura kuba mu bisagara vyose vy’Abamori+, i Heshiboni+ no mu bisagara bihakukira vyose.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Nimuhaguruke, mugende mujabuke umwonga wa Arunoni+. Raba, ntanze mu kuboko kwawe Sihoni+ umwami wa Heshiboni, Umwamori. Tangura rero kwigarurira igihugu ciwe, uje mu ntambara na we.

  • Gusubira mu vyagezwe 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’

  • Yosuwa 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni+, akaganza kuva i Aroweri+ ku nkombe y’umwonga wa Arunoni+, no hagati muri uwo mwonga, n’ica kabiri ca Gileyadi gushika ku mwonga Yaboki+, ari wo wari urubibe rwa bene Amoni,

  • Yosuwa 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 n’ibisagara vyose vya Sihoni umwami w’Abamori, uwaganza i Heshiboni, gushika ku mupaka wa bene Amoni+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika