Gusubira mu vyagezwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+, 1 Samweli 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko akimara kumucutsa, aramudugana, hamwe n’ishūri imaze imyaka itatu, na efa* imwe y’ifu n’umubindi munini w’umuvinyu+, maze yinjira mu nzu ya Yehova i Shilo+. Kandi nya gahungu kari kumwe na we. 1 Samweli 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nanje, ndamutije Yehova+. Imisi yose azobaho, azoba uwahawe Yehova.” Nuko Elikana yunamira Yehova ng’aho+. Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+, Yeremiya 7:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bubatse ibibanza bikirurutse* vy’i Tofeti+ hari mu mubande wa mwene Hinomu+, kugira ngo baturirire abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+, ikintu ntari narabategetse kandi kitigeze kinza mu mutima+.’
10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+,
24 Nuko akimara kumucutsa, aramudugana, hamwe n’ishūri imaze imyaka itatu, na efa* imwe y’ifu n’umubindi munini w’umuvinyu+, maze yinjira mu nzu ya Yehova i Shilo+. Kandi nya gahungu kari kumwe na we.
28 Nanje, ndamutije Yehova+. Imisi yose azobaho, azoba uwahawe Yehova.” Nuko Elikana yunamira Yehova ng’aho+.
31 Bubatse ibibanza bikirurutse* vy’i Tofeti+ hari mu mubande wa mwene Hinomu+, kugira ngo baturirire abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+, ikintu ntari narabategetse kandi kitigeze kinza mu mutima+.’