ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ariko Hana ntiyaduga+, kuko yari yabwiye umugabo wiwe ati: “Aka gahungu kakimara gucuka+, nzokajana ata kabuza, gaseruke imbere ya Yehova, kabeyo gushika igihe kitagira urugero*+.”

  • 1 Samweli 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko akimara kumucutsa, aramudugana, hamwe n’ishūri imaze imyaka itatu, na efa* imwe y’ifu n’umubindi munini w’umuvinyu+, maze yinjira mu nzu ya Yehova i Shilo+. Kandi nya gahungu kari kumwe na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika