Imigani 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+. Imigani 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwo wese akunda ikigabitanyo aba akunda intambara+. Uwo wese aduza hejuru urwinjiriro rwiwe aba arondera gusenyuka+. Umusiguzi 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amajambo y’akanwa k’umuntu w’inkerebutsi avamwo ubutoni+, mugabo iminwa y’ikijuju irakimira+.
5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+.
19 Uwo wese akunda ikigabitanyo aba akunda intambara+. Uwo wese aduza hejuru urwinjiriro rwiwe aba arondera gusenyuka+.