Itanguriro 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+. Luka 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umumarayika wa Yehova aramubonekera, ahagaze ku ruhande rw’iburyo rw’igicaniro* c’imibavu+.
7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+.