Guharura 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 aze yirinde umuvinyu n’inzoga iboreza. Ntaze anywe inkarihe y’umuvinyu canke inkarihe y’inzoga iboreza+, canke ngo anywe ikinyobwa na kimwe gikozwe mu nzabibu, canke ngo arye inzabibu, zaba izitumye canke izumye. Luka 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;
3 aze yirinde umuvinyu n’inzoga iboreza. Ntaze anywe inkarihe y’umuvinyu canke inkarihe y’inzoga iboreza+, canke ngo anywe ikinyobwa na kimwe gikozwe mu nzabibu, canke ngo arye inzabibu, zaba izitumye canke izumye.
15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;