ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Yakobo na we arabaza ati: “Ndakwinginze umbwire izina ryawe.” Ariko avuga ati: “Ubariza iki izina ryanje+?” Nuko amuhezagirira ng’aho.

  • Abacamanza 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nya mugore aragenda, abwira umugabo wiwe ati: “Hari umuntu w’Imana y’ukuri yaje aho ndi, kandi ishusho yiwe yari nk’ishusho y’umumarayika w’Imana y’ukuri+, iteye ubwoba rwose+. Sinamubajije aho ava, kandi ntiyambwiye izina ryiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika