Itanguriro 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aba mu gahinga ka Parani+, maze nyina amuronkera umugore wo mu gihugu ca Misiri. Itanguriro 34:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Amaherezo Shekemu abwira Hamori se wiwe+ ati: “Nsabira uno mukobwa ambere umugore+.” Itanguriro 38:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma Yuda aronderera Ere imfura yiwe umugore, akaba yitwa Tamari+.