Abacamanza 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma impwemu ya Yehova+ itangura kumucanira i Mahane-dani+, hagati ya Zora+ na Eshitayoli+. Zakariya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.