18 Nuko ku musi ugira indwi, imbere y’uko Samusoni aninjira mu cumba+, abagabo bo mu gisagara bamubwira bati:
“Ni igiki gisosa kurusha ubuki,
Kandi ni igiki gikomeye kurusha intambwe+?”
Na we ababwira ati:
“Iyo mutarimisha inyana yanje+,
Ntimwari gupfindura agapfindo kanje+.”