Zaburi 118:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Barankikuje, egome, bari bankikuje+.Mw’izina rya Yehova ni ho nabagumiza kure.