Guharura 14:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ntimuduge, kuko Yehova atari hagati yanyu, kugira ngo ntimutsindirwe imbere y’abansi banyu+. 1 Samweli 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Sauli atangura gutinya+ Dawidi kuko Yehova yari kumwe na we+, mugabo akaba yari yavuye kuri Sauli+. 2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
12 Maze Sauli atangura gutinya+ Dawidi kuko Yehova yari kumwe na we+, mugabo akaba yari yavuye kuri Sauli+.
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.