Zaburi 135:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ibigirwamana vy’amahanga ni ifeza n’inzahabu+,Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+. Daniyeli 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Binywera umuvinyu, bashemeza imana z’inzahabu, n’iz’ifeza, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+. 1 Abakorinto 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,
4 Binywera umuvinyu, bashemeza imana z’inzahabu, n’iz’ifeza, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+.
5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,