Abacamanza 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 (Buno iyo nzu yari yuzuye abagabo n’abagore kandi abatware b’urunani b’Abafilisitiya bose ni ho bari+; ku gisenge hari abagabo n’abagore nk’ibihumbi bitatu bariko bitegereza mu gihe Samusoni yariko abanezereza+.) Yobu 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbega ntihari ivyago ku nkozi y’ikibi+,N’amagorwa ku bakora ibintu bibabaza?
27 (Buno iyo nzu yari yuzuye abagabo n’abagore kandi abatware b’urunani b’Abafilisitiya bose ni ho bari+; ku gisenge hari abagabo n’abagore nk’ibihumbi bitatu bariko bitegereza mu gihe Samusoni yariko abanezereza+.)