Abacamanza 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Buno hari umugabo wo mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ yitwa Mika.