Abacamanza 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma impwemu ya Yehova+ itangura kumucanira i Mahane-dani+, hagati ya Zora+ na Eshitayoli+.