Abacamanza 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko abagabo amajana atandatu bakenyeye ibirwanisho vy’intambara bo mu muryango w’Abadani+, baragenda bavuye ng’aho, ni ukuvuga bavuye i Zora n’i Eshitayoli+.
11 Nuko abagabo amajana atandatu bakenyeye ibirwanisho vy’intambara bo mu muryango w’Abadani+, baragenda bavuye ng’aho, ni ukuvuga bavuye i Zora n’i Eshitayoli+.