Abacamanza 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika.
12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika.