ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze Imana yumva ijwi rya nya muhungu+, hanyuma umumarayika w’Imana ahamagara Hagari ari mu majuru, amubwira+ ati: “Ni amaki ga Hagari? Ntutinye, kuko Imana yumvirije ijwi ry’uriya muhungu, hariya ari.

  • 2 Samweli 14:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umwami aca amubwira ati: “Ni amaki?” Na we avuga ati: “Mu vy’ukuri ndi umugore w’umupfakazi+, kuko umugabo wanje yapfuye.

  • 2 Abami 6:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Umwami abandanya kumubwira ati: “Ni amaki?” Na we ati: “Uwu mugore ubona yambwiye ati: ‘Zana umuhungu wawe tumurye uno musi, umuhungu wanje na we tuzomurya ejo+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika