ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.

  • Gusubira mu vyagezwe 21:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 se na nyina rero baze bamufate, bamusohore bamujane ku bagabo b’inararibonye bo mu gisagara c’iwabo no kw’irembo ry’aho aba+,

  • Gusubira mu vyagezwe 22:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 se w’uyo mukobwa na nyina wiwe baze batore ikimenyamenya c’ubusugi bw’uyo mukobwa, bakizanire abagabo b’inararibonye b’ico gisagara kw’irembo ryaco+,

  • Gusubira mu vyagezwe 25:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ariko nimba nya mugabo adahimbawe no gutwara umupfakazi asigwa na mwene wabo, uyo mupfakazi aze aduge rero kw’irembo ahari abagabo b’inararibonye+, avuge ati: ‘Mwene wabo n’umugabo wanje yanse kuzigama izina rya mwene wabo muri Isirayeli. Ntiyemeye kuncūra.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika