Gusubira mu vyagezwe 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+. Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.
4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+.