Rusi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nawomi inabukwe amubwira ati: “Mukobwa wanje, mbega sinkwiye kukuronderera ahantu h’ukuruhukira+, kugira ngo bikugendere neza?
3 Nawomi inabukwe amubwira ati: “Mukobwa wanje, mbega sinkwiye kukuronderera ahantu h’ukuruhukira+, kugira ngo bikugendere neza?