Itanguriro 38:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Amaherezo, akimara gusubiza inyuma ukuboko kwiwe, erega, ehe mwene wabo arasohoka, ku buryo nya mwakirizi atangara ati: “Ushaka kuvuga iki kuri ivyo, ko witaburiye aho uca*?” Ku bw’ivyo bamwita Perezi*+. Guharura 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera. 1 Ngoma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Tamari+ umukazana wiwe ni we yamuvyariye Perezi+ na Zera. Abahungu bose ba Yuda bari batanu. Matayo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda avyara Perezi+ na Zera kuri Tamari;Perezi avyara Hezironi+;Hezironi avyara Ramu+;
29 Amaherezo, akimara gusubiza inyuma ukuboko kwiwe, erega, ehe mwene wabo arasohoka, ku buryo nya mwakirizi atangara ati: “Ushaka kuvuga iki kuri ivyo, ko witaburiye aho uca*?” Ku bw’ivyo bamwita Perezi*+.
20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera.