Itanguriro 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Gutyo Rasheli arapfa maze ahambwa ku nzira ija muri Efurata, ni ukuvuga Betelehemu+. Abacamanza 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho. Mika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nayo wewe, ewe Betelehemu Efurata+, wewe mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu bihumbi vya Yuda+, muri wewe+ hazomviramwo uwuzoba umutware muri Isirayeli+, amamo yiwe akaba ari ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera*+.
7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho.
2 “Nayo wewe, ewe Betelehemu Efurata+, wewe mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu bihumbi vya Yuda+, muri wewe+ hazomviramwo uwuzoba umutware muri Isirayeli+, amamo yiwe akaba ari ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera*+.