Yosuwa 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igihe co kwugara irembo+ kigeze, buhwibiriye, nya bagabo baciye basohoka. Ni ukuri sinzi iyo abo bagabo bagiye. Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya.” Matayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.
5 Igihe co kwugara irembo+ kigeze, buhwibiriye, nya bagabo baciye basohoka. Ni ukuri sinzi iyo abo bagabo bagiye. Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya.”
16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.