1 Samweli 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nya mugore abonye “Samweli*+,” atangura gusemerera n’ijwi ryiwe ryose; maze uwo mugore abandanya kubwira Sauli ati: “Kubera iki wampenze, kandi wewe ubwawe uri Sauli?”
12 Nya mugore abonye “Samweli*+,” atangura gusemerera n’ijwi ryiwe ryose; maze uwo mugore abandanya kubwira Sauli ati: “Kubera iki wampenze, kandi wewe ubwawe uri Sauli?”