ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yehova amanuka rero mu gicu+ hanyuma avugana na we+, maze akura nkeyi ku mpwemu+ yari kuri we, ayishira kuri umwe wese muri abo bagabo b’inararibonye mirongo irindwi. Impwemu ikimara kuja kuri bo, baca batangura gukora bwa bahanuzi; mugabo ntibongeye kubigira+.

  • Yoweli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika