1 Samweli 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.”
6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.”