ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ariko Dawidi avuga mu mutima wiwe ati: “Ubu rero umusi uri izina nzozimanganywa n’ukuboko kwa Sauli. Nta condutira guhungira+ ata kabuza mu gihugu c’Abafilisitiya+; maze Sauli ntazobura kudebukirwa ku bijanye nanje, ntiyongere kundondera mu karere ka Isirayeli kose+, gutyo nkire koko ukuboko kwiwe.”

  • Zaburi 116:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imigozi y’urupfu yarankikuje+,

      Amarushwa y’ukuzimu yaranshikiriye+.

      Naguma nshikirwa n’amarushwa be n’intuntu+.

  • 2 Abakorinto 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nkako, twiyumvisemwo ko twari twaciriwe urubanza rwo gupfa. Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu+, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika