Abalewi 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Nayo umugore aryamanye n’umugabo hakaba isohoka ry’intanga, bategerezwa kwiyuhagira mu mazi hanyuma babe abahumanye+ gushika ku mugoroba. Gusubira mu vyagezwe 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri wewe nihagira umugabo ataguma ari uwudahumanye, bivuye ku buhumane buza mw’ijoro+, ategerezwa kuja hanze y’ikambi. Ntashobora kwinjira mw’ikambi+.
18 “‘Nayo umugore aryamanye n’umugabo hakaba isohoka ry’intanga, bategerezwa kwiyuhagira mu mazi hanyuma babe abahumanye+ gushika ku mugoroba.
10 Muri wewe nihagira umugabo ataguma ari uwudahumanye, bivuye ku buhumane buza mw’ijoro+, ategerezwa kuja hanze y’ikambi. Ntashobora kwinjira mw’ikambi+.