-
1 Samweli 11:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Mugabo ehe, Sauli yariko araza akurikiye ubusho avuye mu gahinga, maze Sauli avuga ati: “Abantu bafise ingorane iyihe ko barira?” Batangura kumwiganira amajambo y’abagabo b’i Yabeshi.
-