1 Samweli 17:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Nuko Dawidi abandanya kwiruka, aca ahagarara hejuru y’uwo Mufilisitiya. Maze afata inkota yiwe+, ayisokora mu rwubati rwayo aramuhohosha ayimucishije umutwe+. Nuko Abafilisitiya babona ko umunyenkomezi wabo yari apfuye, baca barahunga+. 1 Samweli 17:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Nuko Dawidi afata umutwe+ wa nya Mufilisitiya, awujana i Yeruzalemu, ibirwanisho vy’uwo Mufilisitiya na vyo abishira mw’ihema ryiwe+.
51 Nuko Dawidi abandanya kwiruka, aca ahagarara hejuru y’uwo Mufilisitiya. Maze afata inkota yiwe+, ayisokora mu rwubati rwayo aramuhohosha ayimucishije umutwe+. Nuko Abafilisitiya babona ko umunyenkomezi wabo yari apfuye, baca barahunga+.
54 Nuko Dawidi afata umutwe+ wa nya Mufilisitiya, awujana i Yeruzalemu, ibirwanisho vy’uwo Mufilisitiya na vyo abishira mw’ihema ryiwe+.