1 Samweli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ingabo za Dawidi zica zimubwira ziti: “Ehe dutinya turi ng’aha muri Yuda+, hari akantu nitwaja i Keyila kurwanya Abafilisitiya batonze urugamba+!”
3 Ingabo za Dawidi zica zimubwira ziti: “Ehe dutinya turi ng’aha muri Yuda+, hari akantu nitwaja i Keyila kurwanya Abafilisitiya batonze urugamba+!”