1 Samweli 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 (Ahiya mwene Ahitubu+, Ahitubu mwene wabo na Ikabodi+, Ikabodi wa Finehasi+, Finehasi wa Eli+, umuherezi wa Yehova i Shilo+, yambara efodi+.) Abantu ntibari bazi ko Yonatani yagiye. 1 Samweli 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi.
3 (Ahiya mwene Ahitubu+, Ahitubu mwene wabo na Ikabodi+, Ikabodi wa Finehasi+, Finehasi wa Eli+, umuherezi wa Yehova i Shilo+, yambara efodi+.) Abantu ntibari bazi ko Yonatani yagiye.
20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi.