Yosuwa 15:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 na Keyila+ na Akizibu+ na Maresha+; ibisagara icenda n’imihana irundanye ibikukira. 1 Ngoma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abahungu b’umugore wa Hodiya, mushiki wa Nahamu, bari se wa Keyila+ h’Abagarumi* na Eshitemowa Umumayakati. Nehemiya 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu nyuma ziwe Abalewi+ bakora igikorwa co gusanasana bahagarikiwe na Rehumu mwene Bani+; Hashabiya, umuganwa w’igice c’intara ya Keyila+, akora igikorwa co gusanasana iruhande yiwe ku bw’intara yiwe.
19 Abahungu b’umugore wa Hodiya, mushiki wa Nahamu, bari se wa Keyila+ h’Abagarumi* na Eshitemowa Umumayakati.
17 Mu nyuma ziwe Abalewi+ bakora igikorwa co gusanasana bahagarikiwe na Rehumu mwene Bani+; Hashabiya, umuganwa w’igice c’intara ya Keyila+, akora igikorwa co gusanasana iruhande yiwe ku bw’intara yiwe.